Lionel Messi nta nkeka, ni we mukinyi rurangiranwa mu mupira w’amaguru. Ku myaka 35, uyu musatirizi wa Argentina amaze gutsindira hafi ubushimwe bwose muri uru rukino. Komeza usome Yatsindiye Umupira ...
Umengo ndiko ndorera ireresi ya James Bond. Ari ahantu hafi ya Moscou, umukuru w’igihugu c’Uburusiya ari imbere y’abanyagihugu maze abazwa ibijanye n’ivyahishuwe. Umuhagarikizi yibutsa Putin ko igihe ...